Pazzos Bi – Ikiza

Ngaho,
cuídense, pay atention, Fanya hange
Ivyaduka vyarateye, keba na yo
Hakuna dawa et il y a pas de vaccin
De Sida y Coronavirus, ¡Vete Coronavirus!

Ntamukuru
kandi ntamuto, imbere yayo bose barangana
Dutinye ico kiza kitubaha, cateye hano iwacu kumitumba
Kija mumakomine cak’indarooo, waja muma province ukagisangayo
Kirabangamiye Kino gihugu cacu, ek’isi yose kiraturembeje.

Ngaho,
cuídense, pay atention, Fanya hange
Ivyaduka vyarateye, keba na yo
Hakuna dawa et il y a pas de vaccin
De Sida y Coronavirus, ¡Vete Coronavirus!

Abantu
burya natwe turagoye, twikwegera imbere y’urupfu ho bigoye
Baraduhanura ukuntu twokwirinda, natwe tuazibira amatwi yacu
Sida uyanduye ntaho wivuza, Coronavirus yoyo irarandura
Ic’usabwa ni gupimisha ubuzima bwawe, twugare tubizibirireko.

Ngaho,
cuídense, pay atention, Fanya hange
Ivyaduka vyarateye, keba na yo
Hakuna dawa et il y a pas de vaccin
De Sida y Coronavirus, ¡Vete Coronavirus!

Abantu
ahubona ntiboroheje, bapimisha Sida amaso yabo
Babony’ukirutswe na Malaria, ngo urya yaramaze kwandura agakoko
Duhebe insaku no
Gutwariranir’umunwa, tuvuge ivyo twitondeye kandi tuzi,
Sida yaje kugira abana bene Imana
Impfuvyi, Coronavirus yo ni ikirimbuzi.

Ngaho,
cuídense, pay atention, Fanya hange
Ivyaduka vyarateye, keba na yo
Hakuna dawa et il y a pas de vaccin
De Sida y Coronavirus, ¡Vete Coronavirus!

Abantu
burya natwe nyene turagoye,
Twikwegera imbere y’urupfu, ho bigoye
Ndirimba mbahanura ukuntu, twoyirwanya
Nteg’amatwi utibaza kurik’ utumwanya
Irinde guc’inyuma y’umufasha, wawe
Koresha ivyuma rwawe kumubiri, wawe
Komeza wipimish’uraba ubuzima, bwawe
Twugare kandi tukizibirireko …

Ngaho,
cuídense, pay atention, Fanya hange
Ivyaduka vyarateye, keba na yo
Hakuna dawa et il y a pas de vaccin
De Sida y Coronavirus, ¡Vete Coronavirus!

Ngaho, cuídense, pay atention, Fanya hange
Ivyaduka vyarateye, keba na yo
Hakuna dawa et il y a pas de vaccin
De Sida y Coronavirus, ¡Vete Coronavirus!

Vous êtes haut, des animaux
Aimez-vous comme je vous ai aimé
Aimer, nous sommes humains (par amour)
Et vérité, liberté et justice

Pazzos Bi
 

 

 

Deja un comentario

Tu dirección de correo electrónico no será publicada. Los campos obligatorios están marcados con *

Scroll al inicio