Pazzos Bi – Agahinda
Abantu turasa ariko ntidusangiye imitima Hari abo urweze barangwa n’urukundo imbere y’abandi N’abandi aho ugeze bakuvuma ukamengo nturi umuntu Bakagutera […]
Abantu turasa ariko ntidusangiye imitima Hari abo urweze barangwa n’urukundo imbere y’abandi N’abandi aho ugeze bakuvuma ukamengo nturi umuntu Bakagutera […]
Abantu turasa ariko ntidusangiye imitima Hari abo urweze barangwa n’urukundo imbere y’abandi N’abandi aho ugeze bakuvuma ukamengo nturi umuntu Bakagutera
Duhanurane tugaruke, tuve muri kahise tuje muri kazoza Igarure wirinde, kugirira inabi mugenzi wawe Dukundane urukundo, nka rumwe Imana
Garukira igiti murundi, tubungabunge amashamba Y’akamaro kanini mu gihugu cacu, dukingire ibidukikije Garukira igiti murundi, tubungabunge amashamba Y’akamaro kanini